Vichou Love - Ninde?(Visalizer)
HTML-код
- Опубликовано: 5 апр 2025
- Nawe vyoba vyaragushikiye? Ndagutuye NINDE ikwigishe kandi ikunezereze
Find me on:
Instagram: / vichoulove
Facebook: / vichoubdi
Booking infos:
Thefighterproduction@gmail.com
#vichoulove - NINDE (Color) #thefighterproduction
Ndakunda ukuntu indirimbo zabo baziririmvye mu kirundi kiramvuye. Zirimwo uburyohe bwinshi.😎💪
Who’s listening 2025. Love ❤️your style all songs is sweeter 🇧🇮🇧🇮
You are together ✊✊💥💥💥
😢😢😢😢😢indirimbo y’ibihe vyose❤
Umuziki mwiza
Umuziki udapfa
Umuziki urimwo akanovera
The voice of Bobo,
Nciye nibuka imuhira bar😭
RiP Bobo
Nice song legend ndakwemera Ni youngpaultmb YP 🇷🇼
Kukumenyara byarananiye vichou ni holy7 murwanda museveni
Mbega ndirimbo nziza much love from Rwanda 🇷🇼
Ntuza wumva aho nashaka aha ndashitse kumuzuki mwiza ndawuguyeko🔥🥰😍😘
lyrics iyo uyishirako yarikuba vyiza cane🥰❤❤👌👌👌👌💪💪💪 Bravo kabisa
We are here in 2023 good music ever❤
Mkali wa live music in the world 🌎🌎
Burundi on the map 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
2024 still enjoying this masterpiece ❤
Kali sana✌️🎸🎹
My favorite song🤗
Lyrics iyo ijako byari guteusa de plus..👌✨ so hejuru caan bwana Vichou
Vichou ananikumbusha zama izo akiwa na Bosco,peace and love 4ever ✌
Vichou without Bosco hari aka vide yamusigiye till now!!!! But mkali wa live is🔥🔥🔥 too.
Iyi song irarenze 🤝🤝wubahwe 🥰🥰🥰🥰
Vichou wacu sha IMANA ikutuzigamire,kure caaaane niho nkwipfurije
Baba Mr GucciMan the mkaliWa Show Wubahwe cne 🇧🇮 ✌ peace and love ❤
ruclips.net/video/2H7qrULb3qk/видео.html hi
My Favorite Song ever from Vichou
Absolutely incredible, with a unique and captivating sound that sets you apart from the rest. "Wow! That's exceptional!"
Message Nariniteze Kuri Wew Mtaa Vishu Love From #Ogtravail
Ngukundarunini❤❤❤❤❤❤❤
Ndakwemera sana your songs ziracafise kakantu kimpanuro muri zo sio kama wale wengine wanaimba ngwikijumbu kiraryoha. Big up bro
In 2024, this is the best burundian song still❤
#Ninde??#
I love this song 🔥🔥🎶
Vichou iyi ni cadeau de l'année kbsa🎉
RIP bobo peace 🙏
My fav artiste🤞
Respect the one from burundi
Jew ndagutaziriye Kimararungu vichou kuko ahantu uri aba ari fire
🙌🏻🙌🏻 igitero cakabiri ncanumva nkumbuy ijwi rya Bosco ( BOBO) kabisa ❤❤❤❤❤❤❤❤
My favorite song🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
I love this song 🔥🏆
I love this music so much💓💓💯💯
My favorite hit maker mkali wa live
Love from BE CHAP TV
Indirimbo zidapfa💥
Yes yes nakubali mzeee🎹🎤🇧🇮🇧🇮my fav song
Nice song 🎵 kuva kera narayikunze kbs ubuho hajamasanamu nagaheta💫💫💫
Big up sana mukali wetu vichou love😍😍😍
Amasanamu wari warayatebany but no matter it still sounds perfectly and Joly
Vyiza vichou 🔥🔥 komera
Nipe like zangu hiii ni 2024
Iyo mushirako #Lyrics vyari kuba 👌👌 gusumba
Ingoma iteguye neza cane ❤️❤️❤️
Kuberiki uwukunz atariwe agukunda good song
Love you so much 💗 💓 💛 💖 ❤
NDAKUNDA PEACE AND LOVE
VICHOU BIG UP SANA
Twar twarayirondey yose turayibura
Big up sana
Mkali wa live music Burundi
Peace & Love 4ever
Ooh i remember old days ooh. Urakoze cane mkali wa show😍❤🙌
big up san brother nivyovyawe🔥🌎🌎✌️💪
C'est la vérité❤❤❤
I like this song vichou you are able
Bn bn❤
ruclips.net/video/2H7qrULb3qk/видео.html hi o
Indirimbo kuva isohoka nari nkiri muto mugabo yaranshitse kumutima✌️✌️
RIP Bobo ✊🏽
Komeza dady☑️
Song nziza walahi
💥💥💪💪💪Indirimb nihera uburyohe
🎉🎉🎉🎉🎉akakera disiiii
Vichu love 🥰🥰
IndirimboYanje✌️
We miss this second verse's voice he was fantastic
Much respect to vichou love 💝💝💝💝
Best melody burundi oye
Wllhi uranyishe kl
New hit🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Big UP vichou love
Guhindura izina rya peace and love ugashirako rwawe vyaduciyi intege zokugukurioirana twebwe abakunzi ba BOBO
vichou love❤️
Le seul et unique Mkalii wa Love🔥
Waouh 🥰 !
Vraiment j'aime cette chanson malgré que je ne comprends pas le Kirundi.
Quelqu'un peut m'apprendre cette langue s'il vous plaît ?
Umenga mwayisohoreye jew kbx
Yoo🥺😢poleee
Thx for this song
Komera cane Muhungu wa Razaro✌️
Vichou hari song yawe nabuze rmx ya barabagabo
Urukundo rurihangana kandi rukemera vyose.namwe mumajambo meza agize ubuzima bwabakundana
Ndakwemera mutama wubahwe
Akaririmbo kadasanzwe, arabibona uwo vyanshikiriye kuri we
Much love from mabayi
Talent 🔥
This song iratesaaa gose
Wow bon 🎶🎶🎶🎧🔊🔊
Vichou wahaturiy harashaaa
0:40..mubuhinga bwivyuma bagakosore
Tr bien vichou
Wavuze ukuri
🇩🇪🇩🇪🇩🇪💓😍💯
My favorite song 🔥 🌹
I love yours songs because you are capable God bless your talent
Yooo vichu hejuru cane
Burya iyi song ntizobora, gusa ntangajwe no kubona isubiwemwo ubu
My favorite song
Trop fort 👊
ruclips.net/video/2H7qrULb3qk/видео.html do u u
Memories
4real I love this song I’m from USA 🇺🇸🇺🇸🇺🇸❤
Well well my vichou
😭😭😭😭 I'm cry but your song is good🤕🤕🤕
RIP BOSCO 🤲🏿🕊
❤️❤️💖💯😍what a beautiful song
Best singer